GUSOMA

Shop

Mois : février 2023

Igitabu “Kajumbu na Kumbati” cagiye ahabona kiratangura no kugurishwa

Ico gitabu canditswe na Inès Mbesherubusa cashizwe ahabona imbere y’abana n’abavyeyi bari bitabiriye ibirori vyabereye mu kigo “Fun Park” kur’uyu wa 18 Ruhuhuma 2023, mu gisagara ca Bujumbura. Inès Mbeshurubusa, ariko arasigura inkomoko y’umugambi wo kwandika yatanguye haraciye imyaka ibiri Umwanditsi wico gitabu, “Bineta” mu kazina k’ubuhizi, ni umuvyeyi w’abana...

Read more