[KIR] Mwumva gute mu Burundi dusubiriye kubandwa ?
Mu kwishura ico kibazo, abantu bashika ijana, bariko basangira akagwa n’impeke, harimwo abakibandwa mu kwambaza Imana, abakirisu hamwe n’abigisha mu makaminuza, bari bishikiye kuri uwu wa 29 Nyakanga 2022 ku cicaro gikuru c’umugambi KU.ZÎKO kiri mu gisagara ca Bujumbura. Umutumire Ngurube Rugamba, n’ubu akibandwa mu gasumo ka Mwaro, akaba ari...
Read more