Intahe ya Maragarita w’i Mwaro: « Jewe ndi umukirisu w’umwangirikani ariko ndanabandwa »
Ikigo c’iyandikiro ry’ibitabu Gusoma caratunganije kuri uyu wa 27/10/2022, ku ncuro ya kabiri, ikiganiro ku bijanye no kubandwa mu Burundi. Ubu hakaba hari hatumiwe umukenyezi yigana ingene abibayemwo. Makurata Ndayisenga, umuvyeyi w’abana munani, akibandwaMakurata Ndayisenga w’i Mwaro muri komine Gisozi ku mutumba Kibimba ati: « Ninjiye mu mugirwa wo kubandwa...
Read more[KIR] Mwumva gute mu Burundi dusubiriye kubandwa ?
Mu kwishura ico kibazo, abantu bashika ijana, bariko basangira akagwa n’impeke, harimwo abakibandwa mu kwambaza Imana, abakirisu hamwe n’abigisha mu makaminuza, bari bishikiye kuri uwu wa 29 Nyakanga 2022 ku cicaro gikuru c’umugambi KU.ZÎKO kiri mu gisagara ca Bujumbura.Umutumire Ngurube Rugamba, n’ubu akibandwa mu gasumo ka Mwaro, akaba ari...
Read more