Intahe ya Maragarita w’i Mwaro: « Jewe ndi umukirisu w’umwangirikani ariko ndanabandwa »
Ikigo c’iyandikiro ry’ibitabu Gusoma caratunganije kuri uyu wa 27/10/2022, ku ncuro ya kabiri, ikiganiro ku bijanye no kubandwa mu Burundi. Ubu hakaba hari hatumiwe umukenyezi yigana ingene abibayemwo. Makurata Ndayisenga, umuvyeyi w’abana munani, akibandwaMakurata Ndayisenga w’i Mwaro muri komine Gisozi ku mutumba Kibimba ati: « Ninjiye mu mugirwa wo kubandwa...
Read more